1 Yesu yongera kuvuganira na bo mu migani,
1 Yesu yongera kuvugana na bo mu migani, ababwira ati:
at’ Ubgami bgo mw ijuru busa n’umwami atahisha ubukwe bg’umwana wiwe arongora.
Na we aramubgira, ati Hābaye umuntu yarondeje amazimano menshi, atora benshi:
Arababgira, ati Mwebge mwāhawe kumenya amabanga y’ubgami bg’Imana: arikw abasigaye babibarirwa mu migani; ngo barābe, yamara ntibavyitegereze; bumve, yamara ntibabitahure.