Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Abatuma i Betelehemu, ati Mugende, mubaze mushirutse umwete ivy’ uwo mwana. Ni mwamubona muce muza kumbarira, ngo nanje nze kumushengerera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Aca arabarungika i Betelehemu, ababwira ati: “Genda mubaze neza ivyerekeye uwo Mwana. Mumaze kumubona, muce mugaruka mumbwire kugira ngo nanje nje kumushengerera.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 2:8
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Abusalomu n’ abantu bose b’Abisirayeli baravuga, bat’ Inama ya Hushayi Umwaruki iruse inama ya Ahitofeli. Icabiteye n’uk’ Uhoraho yari yaragabiye gusambura izo nama nziza za Ahitofeli, kugira ngw ateze Abusalomu ivyago.


Yezebeli araheza atuma intumwa kuri Eliya, ut’ Ejo nk’aya mango wewe ubgawe, uti N’atakugira nk’uko wagize abo, ut’ Imana zirakabimuhanira kandi birushirije!


Ubgenge cank’ ukumenya Cank’ inama, biba ar’ ubusa imbere y’Uhoraho.


Ni nde yovuga ikintu, kikaboneka, kand’ Umwami Imana atari we yabigeze?


Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu gihugu c’i Yudaya ku ngoma y’umwami Herode, haza abanyabgenge bavuye i burasirazuba, baja i Yerusalemu,


Buno Herode ahamagaza ba banyabgenge mu mpisho, abasiguza igihe iyo nyenyeri yabonekeye.


Na bo bumvise iry’ umwami, baragenda. Maz’ iyo nyenyeri bābonye i burasirazuba irabarōngōra, irinda ishika hejuru y’ah’ uwo mwana ari, ihagararaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ