Matayo 2:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ashitseyo, agerēra mu gisagara citwa Nazareti, ngw ivyavuzwe n’abāvugishwa n’Imana bishike, ngw Azokwitwa Umunyanazareti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe23 baca baja kuba mu gisagara citwa Nazareti. Uko ni ko ivyo abavugishwa n’Imana bavuze vyashitse ngo: “Azokwitwa Umunyenazareti.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |