Matayo 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 aramubgira, ati Vyuka, ujane umwana na nyina, uje mu gihugu c’i Bgisirayeli, kukw abārondera kwica umwana bāpfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 amubwira ati: “Haguruka ujane umwana na nyina usubire mu gihugu ca Isirayeli, kuko abahora barondera kwica uwo mwana bamaze gupfa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |