Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 2:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ngw Induru yumvikana i Rama, Amarira n’amaborogo menshi; Rakeli aririra abana biwe, Yanka kwīrūrwa, kuko batakiriho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 “Induru yumvikaniye i Rama, amarira n’amaborogo menshi: Rasheli aririra abana biwe kandi yanse guhozwa kuko batakiriho.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 2:18
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Asubira kuri barumuna be, at’ Umwana ntakiriyo; none jeho ndakwirwa hehe?


Se Yakobo arababarira, ati Muntōtōyekw abana: ehe Yosefu ntakiriho, na Simeyoni ntakiriho, none mugomba kunyaka na Benyamini: ivyo vyose ni jewe vyeguriweko!


Arik’ umuntu we, arapfa, akīgīra maheriheri, Mber’ impwemu z’umuntu zirahera, non’ aba akiri hehe?


Uku ni k’Uhoraho agize, at’ Induru yumvikana i Rama, amaborogo n’amarira menshi: Rakeli aririra abana biwe, yanka kwīrūrwa umubabaro w’abana, kuko batakiriho.


Kuko numvise ijwi nk’iry’ umugore aramutswe, ubusinzikare bg’ūrikw aravyara umwana w’uburiza, ijwi ry’umukobga w’i Siyoni ahuzagizwa, ata amaboko, at’ Ewe jewe ndagowe! Umutima wanje ugwiriye igihumura imbere y’abicanyi.


akizingururira imbere yanje: kandi cari canditswe imbere n’inyuma; canditswemw’ intimba n’amaborogo n’amahano.


Ni ho ivyavuzwe na Yeremiya yavugishwa n’Imana vyashikiye,


Asanga bamuririra bose, bīshishitira. Arababarira, ati Nta co murira, ntahwereye, arikw arasinziriye.


Ndarāba, numva inkukuma iguruka yātiriye ijuru, ivuga n’ijwi rirenga, it’ Ibara, ibara, ibara riza kubonwa n’abari mw isi kubg’ ayandi majwi y’inzamba z’abamarayika batatu bahava bavuza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ