Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Babonye iyo nyenyeri banezerwa akaneza kenshi cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Babonye ya nyenyeri ihagaze bagira umunezero mwinshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 2:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwirate izina ryiwe ryera, Imitima y’abarondera Uhoraho inezerwe.


Amahanga anezerwe, aririmbishwe n’akanyamuneza: Kuk’ uzocira amoko imanza ziroranye, Kand’ uzorōngōra amahanga mw isi. Sela.


Bashitse mu nzu babona uwo mwana na Mariya nyina wiwe; bikubita hasi, baramupfukamira, barumūra ibisimbo vyabo, bamushikanira amashikanwa, izahabu n’imibavu n’isenga.


Na bo bumvise iry’ umwami, baragenda. Maz’ iyo nyenyeri bābonye i burasirazuba irabarōngōra, irinda ishika hejuru y’ah’ uwo mwana ari, ihagararaho.


Umumarayika arababgira, ati Nta co mutinya, umve ndababarira ubutumwa bgiza bg’akanyamuneza kenshi kazoba ku bgoko bganyu bgose.


Maze ba bungere bahindukira bahimbaza Imana, bayishimira ivyo bumvise vyose n’ivyo babonye, nk’uko bābibgiwe.


Yabahaye kugenda bajandagira ku mpinga z’imisozi yo mu gihugu, Barya ivyeze vyo mu mirima; Abaha kuvotagira ubūki bgo mu bitandara, N’amavuta ya elayo ava mu rutare rukomeye;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ