Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 19:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abafarisayo baza kuri we bamugeza, baramubaza, bati Mbega biremerwa k’umuntu yirukana umugore kubg’ inyanduruko y’ikintu cose?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Bamwe mu Bafarisayo baza aho ari bashaka kumutega umutego, bamubaza bati: “Mbega biremewe ko umugabo yahukana n’umugore wiwe bivuye ku mvo iyo ari yo yose?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 19:3
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo n’Abasadukayo baraza, barondera kw abereka ikimenyetso kiva mw ijuru, bamugeza.


Umwe muri bo w’umwigisha w’ivyagezwe aramubaza amugeza,


Abafarisayo baza kuri we, baramugeza, bati Mbega biremerwa k’umuntu yirukana umugore wiwe?


Bamutumako bamwe mu Bafarisayo n’abantu ba Herode, ngo bamutegeshe amajambo.


Turitange, canke dusigeho? Maz’ amenye uburyarya bgabo arababaza, ati Mungereza iki? Ni munzanire idenariyo, ndayirābe.


Arikw ivyo bābivuga ar’ ukumugeza, ngo bamukūrek’ urwitwazo rwo kumurega. Ariko Yesu arunama, yandikisha urutoke hasi.


Abamaze kurongorana, ndabagera, ariko si jewe, n’Umwami wacu, umugore yoye kuvana n’umugabo wiwe;


Aho ba sogokuruza banyu bangeragereje bancaca, Bakabona ibikorwa vyanje imyaka mirongwine.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ