Matayo 18:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 arababgira, ati Ndababgire ukuri: Ni mutirimbura ngo mucike nk’abana bato, ntimuzoruha mwinjira mu bgami bgo mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Hanyuma ababwira ati: “Ndababwire ukuri, mudahindutse ngo mumere nk’abana bato, ntimuzokwigera mwinjira mu Bwami bw’ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |