Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 17:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bariko baramanuka ico gisozi, Yesu arabihanikiriza, ati Ntihagire umuntu mubgira ivyo mweretswe, gushitsa ah’ Umwana w’umuntu azozukira avuye mu bāpfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, Yesu arabihanikiriza ati: “Ntihagire umuntu n’umwe mubwira ivyo mwabonye, kugeza Umwana w’Umuntu amaze kuzuka mu bapfuye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 17:9
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arabihaniza ngo ntibagende baramwandagaza,


Ariko ndababgira yuko Eliya yamaze kuza, yamara ntibāmumenye, ariko bamwigiriye uko bagomba kwose. Uko ni ko n’Umwana w’umuntu agira ababazwe na bo.


Arabishura, ati N’ukwizera kwanyu guke. Ndababgire ukuri: Namba mufise ukwizera kungana n’akabuto ka sinapi, mwobgira kino gisozi, mut’ Imuka aha, uje harya, kandi cokwimuka. Kandi nta kitazobashobokera. [


Bakigendagenda i Galilaya, Yesu arababgira, at’ Umwana w’umuntu azoshirwa mu maboko y’abantu,


kandi bazomwica, maze ku musi ugira gatatu azozurwa. Barababara cane.


Bunamuye amaso, ntibagira uwundi babona, atari Yesu wenyene.


Yesu aramubgira, at’ Imbgebge ziri n’imyobo, n’ibiguruka mu kirēre biri n’ivyari; arik’ Umwana w’umuntu we ntagira ah’ arambika umusaya.


Bun’ aca akira imibembe yiwe. Yesu aramubgira, ati Wirinde, ntugire uwo ubgira, ariko genda wiyereke umuherezi, utange ishikanwa ryagezwe na Mose, ribe ikimenyetso kibabere icabona.


Arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu babgira ivyiwe.


Abavyeyi biwe baratangara, arikw arabīhanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babgira ibibāye.


Iryo jwi rishize, Yesu aboneka ar’ umwe. Barabihora, ntihāgira umuntu mur’ iyo misi babgira na kimwe mu vyo bābonye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ