Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 16:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ntimuraruha mubimenya, ntimwibutse ya mitsima itanu ku bihumbi bitanu, n’ibisimbo mwatororokanije uko vyangana?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mbega n’ubu ntimuratahura? Ntimwibuka ya mikate itanu yagaburiwe abantu ibihumbi bitanu, na vya biseke mwegeranya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 16:9
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we arababaza, ati Mbega namwe mur’ imburabgenge murtyo? Ntimutahura yukw ata kintu kir’ inyuma iyo kigiye imbere mu muntu gishobora kumuhumanya,


Ntimwibuka yuko nababgiye ivyo nkiri kumwe namwe?


Abo nkunda bose ndabakankamira, nkabakāngīra; nuko gira umwete, wihane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ