Matayo 15:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kukw Imana yavuze, iti Wubahe so na nyoko; kand’ it’ Ūtutse se canke nyina ntaz’ abure kwicwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kuko Imana yavuze iti: ‘Wubahe so na nyoko,’ yongerako iti: ‘Umuntu wese azovuma se canke nyina aze yicwe.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |