Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Na we arababaza, ati None mweho, n’iki catumye murenga icagezwe c’Imana kubg’ imigenzo yanyu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yesu arabishura ati: “None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bati N’iki gitumye abigishwa bawe barenga imigenzo twabgirijwe n’aba kera, ntibakarabe iyo bagira barye?


Kukw Imana yavuze, iti Wubahe so na nyoko; kand’ it’ Ūtutse se canke nyina ntaz’ abure kwicwa.


ijambo ry’Imana mukaritituza imigenzo yanyu mwigishije: kandi mukora n’ibindi vyinshi ben’ ivyo.


Ayo mabgirizwa koko afise ishusho y’ubgenge, kukw abgiriza gusenga nk’ukw abantu bīrāritse, no kwicisha bugufi, no kwibabaza umubiri, ariko ntagira ikimazi co kubuza ukwifuza kw’akameremere k’umuntu.


Mwirinde, ntihakagire ūbagira inyagano, abanyagishije ubgenge bg’abantu ar’ ibihendo vy’ubusa, bikurikira akaronda k’imigenzo y’abantu, bikurikira ivya mbere vyo mw isi, bidakurikira Kristo.


ntibashire imitima ku migani y’ibinyoma y’Abayuda no ku vyagezwe vy’abantu batera ibitugu ukuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ