Matayo 14:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kuko Herode yari yarafashe Yohana, akamuboha, akamushira mw ibohero kubga Herodiya, muka Filipo mwene se. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kuko Herode Antipa yari yarafashe Yohana, aramuboha, amuta mw’ibohero. Ivyo yabikoze abitumwe na Herodiya uwo yari yararongoye, kandi yari asanzwe ari muka Filipo, uwo bavukana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |