Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Izindi zigwa mw ivu ryiza, zihunda impeke, zimwe ijana, izindi mirongwitandatu, izindi mirongwitatu birtyo birtyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Hakaba rero n’imbuto zaguye mw’ivu ryiza, ziramera, zirakura kandi zirama, zimwe zimbuka incuro ijana, izindi mirongo itandatu, izindi mirongo itatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:8
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Isaka abiba mur’ ico gihugu, mur’ uwo mwaka nyene yimbura ibirenze ivyo yabivye ingero ijana. Uhoraho amuha umugisha.


Uwabibge mw ivu ryiza ni we yumva iryo jambo, akaritahura, uwo ni we rero yama imbuto, umwe akagira ijana, uwundi mirongwitandatu, uwundi mirongwitatu, birtyo birtyo.


Izindi zigwa mu mahwa, amahwa arakura, arazinyoha.


Abābibge mw ivu ryiza, abo ni bo bumva iryo jambo bakaryemera, bagahunda impeke, umwe mirongwitatu, uwundi mirongwitandatu, uwundi ijana, birtyo birtyo.


Izindi zigwa mw ivu ryiza, ziramera, zirakura, zihunda impeke, zimwe mirongwitatu, izindi mirongwitandatu, izindi ijana, birtyo birtyo.


Izo mw ivu ryiza n’abumvise iryo jambo bakarigumya mu mitima myiza itunganye, bakāmishwa imbuto n’ukwihangana.


Izindi zigwa mw ivu ryiza, ziramera, zihunda impeke, imwe ijana, iyindi ijana, birtyo birtyo. Avuze ivyo, avuga n’ijwi rirenga, at’ Ūri n’amatwi yumva ni yumve.


Mur’ ivyo Data arashimagizwa, ni mwama cane, kandi mukaba abigishwa banje.


Ndazi yuko muri jewe, mu kameremere kanje, ata ciza kimbamwo: kuko kugomba gukora iciza kubana nanje, ariko kugikora nta kwo.


mwuzuye imbuto zo kugororoka ziheshwa na Yesu Kristo, ngo muheshe Imana icubahiro n’ishimwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ