Matayo 13:54 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)54 Aja mu ntāra y’i wabo, yigishiriza mw isinagogi yabo, bituma batangara, bat’ Ubu bgenge n’ivyo bitangaza mbeg’ uyu yabikūye hehe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe54 Ashitse mu gisagara yakuriyemwo, atangura kwigishiriza abantu mw’isinagogi yabo. Abamwumviriza bose baratangara, babazanya bati: “Mbega ubu bwenge n’ubu bushobozi bwo gukora ibitangaza yabikuye he? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |