Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Izindi zigwa ku rutare, hatar’ ivu ryinshi; zica zimera vuba, kukw ata vu ryinshi ririho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Izindi na zo zigwa ku rutare, ahantu hatari ivu ryinshi; zica zimera ningoga, kuko ivu ryari rike.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nanje nzobaha umutima umwe, mbashiremw’ impwemu nsha; nzokūra umutima ukomeye nk’ibuye mu mibiri yabo, mbahe umutima woroshe nk’inyama;


Kandi nzobaha umutima musha, mbashiremw’ impwemu nsha; nzokūra umutima ukomeye nk’ibuye mu mibiri yanyu, mbahe umutima woroshe nk’ inyama.


Mbeg’ amafarasi yokwiruka ku rutare? Canke har’ uwoharimisha inka? Ariko mweho imanza ziroranye mwāzihinduye ibamba, n’imbuto z’ukugororoka mwāzihinduye umururazi,


Mbere bīkomantaje imitima imera nk’isare, ngo boye kwumva ivyagezwe n’amajambo Uhoraho Nyen’ ingabo yarungitse muri Mpwemu wiwe, ayavugira mu bavugishwa na we ba kera; ni co catumye uburake buhambaye buva k’Uhoraho Nyen’ ingabo.


Uwabibge ku rutare ni we yumva ijambo, agaca aryakirana umunezero;


Akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, inyoni ziraza, zirazinobagura.


Izuba rirashe, ziraraba, kukw ata mizi zifise, zirūma.


N’aba n’uko, ni bo bābibge ku rutare; iyo bumvise iryo jambo, baca baryākīrana umunezero,


Izindi zigwa ku rutare, hatar’ ivu ryinshi; zica zimera vuba, kukw ata vu ryinshi ririho:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ