Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 13:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, inyoni ziraza, zirazinobagura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 13:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ababgira vyinshi mu migani, aravuga, at’ Umubivyi yasohoye imbuto.


Izindi zigwa ku rutare, hatar’ ivu ryinshi; zica zimera vuba, kukw ata vu ryinshi ririho.


Akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira; inyoni ziraza, zirazinobagura.


Ageze hafi y’i Yeriko, hār’ impumyi yicaye i ruhande y’inzira, isēgerereza.


at’ Umubivyi yasohoye imbuto ziwe; akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, barazikandagira, inyoni zo mu kirēre zirazinobagura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ