Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 12:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 ingene yinjiye mu nzu y’Imana, akarya imitsima y’ibiterekērwa, yar’ umuziro kuri we no ku bāri kumwe na we, ukūye abaherezi bonyene?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Yinjiye mu nzu y’Imana, arya imikate yashikaniwe Imana; yongera ahako n’abari kumwe na we; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 12:4
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uz’ utereke kur’ ayo meza imitsima y’ibiterekērwa, yame imbere yanje na ntaryo.


Maze Mose abarira Aroni n’abana biwe, ati Muteke za nyama ku muryango w’ihema ry’ ibonaniro; abe ari ho muzirīra, hamwe na ya mitsima iri mu ndumane yo kubinjiza mw ibango; nk’uko navuze, nti Aroni n’abana biwe babe ari bo babirya.


Na we arababaza, ati Nta ho murasoma ico Dawidi yakoze, aho yar’ asonzanye n’abāri kumwe na we;


Canke nta ho murasoma mu vyagezwe ingene kw isabato abaherezi, iyo bari mu rusengero, bazirura isabato, ntibabekw igicumuro?


Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, mu misi ya Abiyatari umuherezi mukuru, akarya imitsima y’ibiterekērwa, ar’ umuziro kuribga, ukūye abaherezi, akayihako n’abāri kumwe na we?


ingene yinjiye mu nzu y’Imana, akābīra imitsima y’ibiterekērwa, akayirya, akayihako n’abari kumwe na we, ar’ umuziro kurībga, ukūye abaherezi bonyene?


Kuko hār’ ihema ryiteguwe, mu ryo hino hārimw’ igiterekwakw amatara, n’ameza, n’imitsima y’ibiterekerwa yama kuri yo: iryo ryitwa Ahēra.


Uwo muherezi yishura Dawidi, ati Nta mitsima isanzwe mfise, atar’ iyejejwe; n’imiburiburi iyaba iyo mikangara idaherūkanye n’ abagore.


Nuk’ uwo muherezi amuha imitsima yejejwe, kukw ata yindi yariho atar’ iy’ ibiterekērwa, iyo bāhora bakūra imbere y’Uhoraho, bagasubizah’ iyigishūshe ku musi bayikūyeho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ