Matayo 12:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abafarisayo babibonye, baramubgira, bati Mbeg’ abigishwa bawe ko bakora ikizira gukorwa kw isabato! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abafarisayo babibonye, baca baramubwira bati: “Ehe raba abigishwa bawe bariko bakora ikizira ku musi w’Isabato!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |