Matayo 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko mwajanywe n’iki? Mbega kwar’ ukurāba umuntu avugishwa n’Imana? Ego me ni co; kandi ndababgire, Aruta ūvugishwa n’Imana cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 None mwagiye kuraba iki? Uwuvugishwa n’Imana? Egome cane, ndababwiye ko mwagiye kuraba uwuruta uwuvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |