Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Yesu arabishura, ati Ni mugende mubarire Yohana ivyo mwumva n’ivyo mubona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Yesu arabishura ati: “Subira inyuma, mugende mubwire Yohana ivyo mwumvise n’ivyo mubonye:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 11:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi?


Impumyi zirahumūka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza.


Abantu benshi baza kuri we bazanye abacumbagira n’ibimuga n’impumyi n’ibiragi, n’abandi benshi, babashira imbere y’ibirenge vyiwe, arabakiza.


Maz’ impumyi n’abacumbagira baza kuri we mu rusengero, arabakiza.


Aramvura ukuboko, amukorako, ati Ndakunze, humanuka.


Ni munyizere ko ndi muri Data, na Data ari muri jewe, bibuze, mupfe kwizera kubg’ ibikorwa ubgavyo.


Ariko jewe mfise ikinshingira intahe kuruta Yohana, kukw ibikorwa Data yampaye ngo mbiheraheze, ivyo bikorwa nyene nkora ni vyo binshingira intahe yuko Data ari we yantumye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ