Matayo 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ariko Yohana ari mu nzu y’imbohe, yumva ivyo Kristo akora, atuma abigishwa biwe kumubaza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Yohana ari mw’ibohero, yumva ivyerekeye ibikorwa vya Kristo, hanyuma amutumako abigishwa biwe kumubaza bati: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |