Matayo 11:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yesu arangije gutuma abigishwa biwe cumi na babiri, avayo, aja kwigisha abantu no kuvuga ivy’ Imana mu bisagara vyabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu ahejeje gusigurira neza abigishwa biwe cumi na babiri igikorwa abatumye, ava ngaho aja kwigisha no kuvuga Ubutumwa Bwiza mu bisagara vy’i Galilaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |