Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 10:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Mwoye kwiyumvira ngo naje gutera amahoro mw isi: sinaje gutera amahoro, atar’ inkota.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ntimwiyumvire ko naje nzanye amahoro kw’isi! Haba na mba! Sinazanye amahoro, ahubwo nazanye intambara;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 10:34
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Erega mama, mbonye ibara, kuko wamvyaye nd’ umutēzi w’ intambara, nd’ umutēzi w’amahane mw isi yose! Nta we nagurāniye kuzohabga ay’ inyungu, kandi nta bāngurānye ngo nze mbahe ay’ inyungu: arik’ umuntu wese muri bo aramvuma.


Arikw Abayuda banse kwumvira ivyo, bavyura urwanko mu mitima y’abanyamahanga ngo bagirire inabi bene Data.


Arikw abantu bo mur’ ico gisagara bīrema ibice, bamwe baherēra ku Bayuda, abandi ku ntumwa.


Amaze kuvuga artyo, Abayuda bagenda bahāririzanya bikomeye.]


Haza iyindi farasi y’akagajo, ūyicayeko ahabga gukūra amahoro mw isi, ngo bicane: kand’ ahabga inkota ndende.


ico yagomba gusa kwar’ ukugira ngw abārutse hanyuma bo mu Bisirayeli bamenyerezwe ivy’ intambara, avyigishe abatigeze kubimenya ubga mbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ