Matayo 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Amazina y’izo ntumwa cumi na zibiri n’aya: Uwa mbere ni Simoni, yitwa Petero, na mwene nyina Andereya, na Yakobo mwene Zebedayo na mwene nyina Yohana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aya ni yo mazina y’abigishwa biwe cumi na babiri: uwa mbere ni Simoni, yongera akitwa Petero, hamwe na mwene nyina Andereya, hagakurikira Yakobo mwene Zebedayo, na mwene nyina Yohana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |