Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Salumoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu, Bowazi yavyaye Obedi kuri Rusi, Obedi yavyaye Isayi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Salimoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu, Bowazi yavyaye Obedi kuri Rusi, Obedi yavyaye Isayi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:5
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ramu yavyaye Aminadabu, Aminadabu yavyaye Nahasoni, Nahasoni yavyaye Salumoni,


Isayi yavyaye umwami Dawidi. Dawidi yavyaye Salomo kuri muka Uriya,


Dawidi mwene Isayi, Isayi mwene Obedi, Obedi mwene Bowazi, Bowazi mwene Salumoni, Salumoni mwene Nahasoni,


Ukwizera ni kwo kwatumye Rahabu, maraya, ataranduranwa n’abatumviye Imana, kuko yākīranye amahoro abaje gutata.


Kandi na Rahabu maraya ni ko vyabaye: mbega ntiyatsindanishirijwe n’ibikorwa kuko yahaye za ntumwa indāro, akazirangira iyindi nzira?


Uko ni ko Nawomi yagarukanye na Rusi Umunyamowabukazi umukazana wiwe, bavuye mu gihugu c’i Mowabu: bashika i Betelehemu mw itangura ry’igenya rya sayiri.


Bābīra Abanyamowabukazi; umwe yitwa Orupa, uwundi yitwa Rusi: bamaray’ imyaka nk’ icumi.


Salumoni yavyaye Bowazi; Bowazi yavyaye Obedi;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ