Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Yuda yavyaye Peresi na Zera kuri Tamari, Peresi yavyaye Hesironi, Hesironi yavyaye Ramu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yuda yavyaye Peresi na Zera kuri Tamari, Peresi yavyaye Hezironi, Hezironi yavyaye Ramu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:3
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yuda abarira Tamari umukazana wiwe, ati Genda ube uragumye kwa so ur’ umupfakazi, ushitse ah’ umwana wanje Shela azokurira: kuko yivuganya, at’ Uyo na we ntahave apfa nka bene nyina. Tamari aragenda aguma kwa se.


Yuda asabira imfura yiwe Eri umugeni yitwa Tamari.


Bene Yuda ni Eri, na Onani, na Shela, na Peresi na Zera: ariko Eri na Onani bapfiriye mu gihugu c’i Kanani. Bene Peresi ni Hesironi na Hamuli.


Abākomōtse kuri Yuda ni Peresi na Hesironi na Karumi na Huri na Shobali.


N’abo muri bene Zera ni Yeweli n’ab’i wabo, amajana atandatu na mirongwicenda.


Aburahamu yavyaye Isaka, Isaka yavyaye Yakobo, Yakobo yavyaye Yuda n’abandi bavukana,


Ramu yavyaye Aminadabu, Aminadabu yavyaye Nahasoni, Nahasoni yavyaye Salumoni,


Nahasoni mwene Aminadabu, Aminadabu mwene Aruni, Aruni mwene Hesironi, Hesironi mwene Peresi,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ