Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Aburahamu yavyaye Isaka, Isaka yavyaye Yakobo, Yakobo yavyaye Yuda n’abandi bavukana,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Aburahamu yavyaye Isaka, Isaka yavyaye Yakobo, Yakobo yavyaye Yuda n’abandi bavukana,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:2
27 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uru ni rwo ruvyaro rwa Isaka mwene Aburahamu: Aburahamu yavyaye Isaka.


Hakurikira Butoyi, afashe igitsintsiri ca Esau; bamwita Yakobo; kandi Isaka yar’amaze imyaka mirongwitandatu, igihe bāvuka.


Aburahamu yavyaye Isaka. Bene Isaka ni Esau na Isirayeli.


Ariko weho Isirayeli musavyi wanje, Yakobo uwo natoranije, ruvyaro rwa Aburahamu umukunzi wanje:


Mwitegereze Aburahamu sogokuruza, na Sara yabavyaye; kuko hamwe Aburahamu yar’ akir’ umwe rudende namuhamagaye, nkamuha umugisha, nkamugwiza.


Baharūra amavuka ya ba Yuda, nk’ukw imiryango yabo iri, nk’ukw amazu ya ba sekuruza ari, amazina yabo bose, uhereye ku bamaze imyaka mirongwibiri no kuja hejuru, abashobora kurwana mu ntambara bose:


Igitabo kidondora ukuvuka kwa Yesu Kristo, umwana wa Dawidi, Dawidi wa Aburahamu.


Yuda yavyaye Peresi na Zera kuri Tamari, Peresi yavyaye Hesironi, Hesironi yavyaye Ramu,


Maz’ imuha isezerano ryo gukebga. Nukw avyara Isaka, amukeba ku musi ugira umunani: Isaka avyara Yakobo, Yakobo avyara ba sogokuruza bakuru cumi na babiri.


Ukwizera ni kwo kwatumye na Sara ashobozwa gusama inda, naho yari yaraciye, kuko yiyumviriye yukw iyasezeranye ar’ iyo kwizerwa.


Birazwi yuk’ Umwami wacu yakomotse kuri Yuda, kand’ uwo muryango Mose nta co yawuvuzeko c’ubuherezi.


Abo mu muryango wa Yuda bākidomweko n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Reyubeni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Gadi n’ibihumbi cumi na bibiri:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ