Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Yakobo yavyaye Yosefu, umugabo wa Mariya nyina wa Yesu yitwa Kristo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 hanyuma Yakobo avyara Yosefu, umugabo wa Mariya, nyina wa Yesu ari we Kristo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:16
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Elihudi yavyaye Eleyazari, Eleyazari yavyaye Matani, Matani yavyaye Yakobo,


Simoni Petero aramwishura, at’ Uri Kristo, Umwana w’Imana nzima.


Maze yihanikiriza abigishwa ngo ntihagire umuntu babgira kw ari we Kristo.


Bamaze kugenda, umumarayika w’Umwami Imana yiyerekera Yosefu mu nzozi, aramubgira, ati Vyuka, ujane umwana na nyina, uhungire muri Egiputa, ugumeyo gushitsa aho nzokubaririra, kuko Herode agira arondere umwana ngw amwice.


Bakoranye, Pilato arababaza, at’ Uwo mugomba ko ndabarekurira ni nde? Ni Baraba, canke ni Yesu yitwa Kristo?


Pilato arababaza, ati None Yesu yitwa Kristo, we ndamugire nte? Bose bati N’abambge.


Mbega si wa mubāji, mwene Mariya, mwene nyina wa Yakobo na Yose na Yuda na Simoni? Bashiki biwe na bo ntibari hano i wacu? Ivyiwe birabatsitaza.


ku nkumi ikowe n’umugabo yitwa Yosefu, wo mu nzu ya Dawidi, izina ry’iyo nkumi ni Mariya.


Bamubonye baratangara, nyina aramubaza, ati Mwananje, n’iki catumye utugirira urtyo? Urabona twe na so aho twakurondereye tubabaye.


Avyara umuhungu w’uburiza, amuzingirakw impuzu y’uruyoya, amuryamika mu bgato bg’inka, kuko bāri babuze umwanya mu ndāro.


Aho Yesu yatangura kwigisha, yar’ amaze imyaka nka mirongwitatu avutse, kandi biyumvira ko yari mwene Yosefu, Yosefu mwene Heli,


Bose baramushima, batangazwa n’amajambo y’igikundiro avuye mu kanwa kiwe, bati Mbeg’ uyu si we mwene Yosefu?


Nya mugore aramubgira, ati Ndazi ko Mesiya azoza yitwa Kristo; uwo ah’ azozira ni we azoduserurira vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ