Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Malaki 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kuko nanka ivyo kwahukana, ni k’Uhoraho Imana y’Abisirayeli agize, nanka n’ūtwikira umwambaro wiwe umuryano, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; nuko rero mwirinde mu mitima yanyu, mwoye kuryarukana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Malaki 2:16
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma ubgibone buba nk’urudede mu mazosi yabo, Umuryano ukabambika nk’ impuzu.


Ūpfukapfuka ibigabitanyo vyiwe ntazoronka umugisha, Arik’ ūvyihana akabireka azogirirwa ikigongwe.


N’iki cotuma ga mwana wanje, uhimbarwa n’umugore w’icigenze, Ukagwa mu gikiriza c’ūtar’ uwawe?


Kuk’ uburiri ari bugufi umuntu atoshobora kuburamvyako, kand’ ikirago kikaba akaberere umuntu atoshobora kuciyorosa.


Uku ni k’Uhoraho abaza, at’ Icete c’uko tuvavanuye na nyoko, ico namwirukanishije, kiri hehe? Cank’ uwo narīriye umwenda ngatanga mwebge ngo mube inyishu, ari hehe? Ereg’ ukugabitanya kwanyu ni kwo kwatumye mutangwa, kand’ ibicumuro vyanyu ni vyo vyirukanishije nyoko.


Ivyo bājishe butangurirwa ntibizovamw’ imyambaro, kandi ntibazoshobora kwipfuka ibikorwa vyabo; ibikorwa vyabo n’ ibikorwa vy’ubugāba, ibikorwa vy’ umuryano biri mu maboko yabo.


Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye; kandi n’uwābīra umugore yahukanye n’umugabo wiwe aba asambanye.


Abamaze kurongorana, ndabagera, ariko si jewe, n’Umwami wacu, umugore yoye kuvana n’umugabo wiwe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ