Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Malaki 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ariko mweho murarihumanya, kuko muvuga, mut’ Ameza y’Uhoraho aranduye, kandi n’ivyo aduhēra kuri yo vy’ivyo kurya n’ibikēngēretse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Malaki 1:12
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko kuko wahaye abansi b’Uhoraho urwitwazo rukomeye rwo kumurogotako kubg’ ico wakoze, wa mwana wavyara ntakabuza azopfa.


Igicaniro car’ ikibazano; uburebure bg’igihagararo bgaco bgar’ amatambge atatu y’ukuboko uciriye mu nkokora, n’uburebure bg’ amakika bgar’ amatambge abiri; inkokora zaco no mu ntebe haco n’imbavu zaco, hose car’ ikibazano: maz’ arambarira, at’ Aya ni yo meza ar’ imbere y’Uhoraho.


bazokwinjira ahēra hanje, bēgēre ameza yanje, kugira ngo bankorere, bazigame ivyo nabajeje.


Erega n’ukwihamagarira guhona, ewe Isirayeli, k’unyikunkumuye, wikunkumuye umutabazi wawe!


Kandi ntihaze hagire ūtanga uwo mu bana biwe ngo yoserezwe Moleki kw ikimazi, ngw atukishe izina ryanje, Imana yiwe: nd’ Uhoraho.


Basiribangira imitwe ya ba nyarucari mu mukungugu wo hasi, bakagoreka inzira z’abicisha bugufi; umwana na se binjirana umwigeme umwe, bagatukisha izina ryanje ryera.


Ikindi muvuga, mut’ Ewe miruho turimwo! kandi muravyimyoza, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; kandi muzana ico munyaze, n’igicumbagira n’ikirwaye: uko ni ko muzana amashikanwa. Mbega ben’ ayo mashikanwa noyemera? ni k’Uhoraho abaza.


Ariko mweho mwarakebeje muta inzira; mutsitaje benshi mu vy’ivyagezwe; mwononye isezerano rya Lewi, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize.


Izina ry’Imana muritukisha mu mahanga, nk’uko vyanditswe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ