Luka 9:62 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)62 Ariko Yesu aramubgira, ati Nta muntu afashe isuka irimishwa n’inka, arāba inyuma, abereye ubgami bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe62 Yesu aramwishura ati: “Nta muntu araba inyuma ariko ararimisha inka aba abereye Ubwami bw’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |