Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:61 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

61 Uwundi muntu aramubgira, ati Mugenzi, ndagukurikira, ariko banza undekure, nje gusezera abo mu rugo i wanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

61 Hanyuma uwundi na we araza avuga ati: “Mwami, ndagukurikira, ariko reka mbanze ngende nsezere umuryango wanje.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:61
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Elisa asiga inka ngaho, agenda ariruka akurikira Eliya, aramubarira, ati Ndakwinginze reka mbanze nje gusezera data na mama, mpeze nze ngukurikire. Na we ati Genda: ubonye nkugize nte?


Ikintu cose ukuboko kwawe kwerekeje gukora ugikorane inkomezi zawe; kukw ata gikorwa cank’ inama cank’ ukumenya cank’ ubgenge i kuzimu ah’ urāriye kuja.


at’ Umuntu ni yaza kuri jewe, ntiyanke se, na nyina, n’umugore wiwe, n’abana biwe, na bene nyina, na bashiki biwe, mbere n’amagara yiwe na yo, ntashobora kuba umwigishwa wanje.


nabuze uko nduhuka mu mutima wanje, kuko ntasanzeyo Tito mwene Data; nuko narabasezeye, nja i Makedoniya.


Lewi yavuze ku vya se na nyina, ati Sinkibamenya; N’abo bavukana ntabemera, Canke ngw anamenye n’ivy’ abana biwe ubgiwe; Kukw Abalewi bakomeje ijambo ryawe, Bakitondera isezerano ryawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ