Luka 9:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Yohana aramwishura, ati Mwigisha, twabonye umuntu asenda abadayimoni mw izina ryawe, turamubuza, kukw atadukurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Yohana aramubwira ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yirukana abadayimoni mw’izina ryawe, duca turamubuza kuko atari kumwe natwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |