Luka 9:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Bose batangazwa n’icubahiro gihambaye c’Imana. Ariko bose bagitangarira ivyo yakoze vyose, abarira abigishwa biwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Abari ngaho bose batangazwa cane n’ububasha bukomeye bw’Imana. Bagitangajwe n’ivyo yari ahejeje gukora, Yesu abwira abigishwa biwe ati: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |