Luka 9:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Yesu arishura, ati Yemwe ab’iki gihe mutizera b’ibidambidambi, nzogeza ryari kubana namwe no kubihanganira? Zana hano umwana wawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Yesu aravuga ati: “Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari ndabihanganira? Zana uwo muhungu wawe hano.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |