Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Kand’ umugabo wo muri bo avuga n’ijwi rirenga, ati Mwigisha ndakwinginze, ndābira umwana, kuko namuvyaye ar’ ikinege,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Umwe muri abo bantu arasemerera ati: “Ndakwinginze untabarire umuhungu wanje, kuko ndamufise ari umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:38
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

uyo yumvise ko Yesu avuye i Yudaya ashitse i Galilaya, aza kuri we, aramwinginga ngw amanuke gukiza umwana wiwe, kuko yari ku mpfiro.


Ashitse hafi y’irembo ry’igisagara, hasokoroka abajanye umuvyimba kuwuhamba, ariko yar’ ikinege, kandi nyina yar’ umupfakazi: abantu benshi bo mur’ ico gisagara bari kumwe na we.


Kandi nzosuka ku nzu ya Dawidi no ku baba i Yerusalemu impwemu y’ubuntu n’iyo gusenga; kandi bazokwitegereza uwo bācumise; bazomuborogera nk’ ūborogera umwana wiwe w’ikinege, bamurware akabonge nk’ūkarwazwa n’imfura yiwe.


Umunyakananikazi ava mu ntāra yaho aratakamba, ati Ngirira imbabazi se Mugenzi, Mwana wa Dawidi: umukobga wanje afashwe nabi na dayimoni.


Natwe turakwishura, mugenzi, tuti Dufise data w’umutāma, hariho n’ uwundi muhungu yavyaye ashaje; na we mukuru we yarapfuye, none ni we asigaye ar’ikinege mu nda ya nyina, kandi se amukunda cane.


Bukeye bg’aho bamanutse ico gisozi, ishengero ryinshi riramusanganira.


kandi har’ impwemu imufata, agatura akaborogo, ikamujegeza, akabimba ifuro, kand’ ihejeje kumukungagura ikagora cane kumuvamwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ