Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Akibivuga, igicu c’igipfungu kiraza, kibatera igitūtu; ico gipfungu kikibashikako, baratinya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Akiriko aravuga, igicu kiraza kirabapfuka. Abo bigishwa bagira ubwoba bwinshi igicu kibatwikiriye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:34
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imbūri yo kuri Egiputa. Rāba Uhoraho areruwe n’ igicu cihuta, aja muri Egiputa; ibigirwamana vyo muri Egiputa bizohindira agashitsi imbere yiwe, umutima wa Egiputa uzoyagira mu nda.


Nuko jeho nsigaraho nd’umwe, mbona ivyo vyerekanywe bihambaye, maze sinasigarana inkomezi na nkeya, mu maso hanje harahīndāna, ndadendebukirwa.


Bagira batandukane na we, Petero abgira Yesu, ati Mwigisha, bitubereye vyiza ko turi hano; nuko duce insago zitatu, rumwe rwawe, urundi rwa Mose, urundi rwa Eliya. Ntiyar’ azi ico avuga.


Ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje natoranije, ni mumwumve.


Ndamubonye, nikubita imbere y’inyundo ziwe nk’ūpfuye; maz’ anshirak’ ukuboko kw’i buryo, ati Ntutinye; jewe nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo,


Maze Manowa abarira umugore wiwe, ati Nta kabuza turapfuye, kuko tubonye Imana!


Maze Gideyoni aca amenya ko yar’ umumarayika w’Uhoraho; aravuga, at’ Ewe Mwami Uhoraho, ndahūmiwe, kuko mbonye umumarayika wawe imbonankubone, Uhoraho!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ