Luka 9:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Petero n’abāri kumwe na we bāri baremerewe n’itiro, bikanguye rwose babona ubgiza bgiwe na ba bagabo babiri bahagararanye na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Petero na bagenziwe bari basinziriye cane; bikanguye babona ubwiza bwa Yesu, na ba bagabo bari bahagararanye na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |