Luka 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 arababarira, ati Ntimugire ico mujana ku nzira, ar’inkoni cank’ isaho, cank’ impamba, cank’ amahera: kandi ntimugire amapfundo abiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |