Luka 9:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Abgira bose, at’ Umuntu ni yagomba kunkurikira, ni yiyanke, yikorere umusaraba wiwe uko bukeye, ankurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yongera kubabwirira bose hamwe ati: “Uwugomba kunkurikira, ni yihebe, yikorere umusaraba wiwe ku musi ku musi, ankurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |