Luka 9:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Baramwishura, bati Bagira ng’ uri Yohana Umubatizi; abandi ng’ uri Eliya; abandi ng’ ur’ umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi, abandi ngo uri Eliya, ariko hari n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |