Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze yarikw arasenga yiherereye, abigishwa biwe bāri kumwe na we; arababaza, at’ Abantu bagira ngo ndi nde?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Umusi umwe Yesu yariko arasenga yiherereye, ari kumwe n’abigishwa biwe. Arababaza ati: “Mbega abantu bavuga ko ndi nde?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:18
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ahejeje gusezera ishengero, adūga umusozi gusenga yiherereye. Bgagorovye ariyo ari wenyene gusa.


Maze Yesu ashikana na bo ahantu hitwa i Getsemane, abgira abigishwa biwe, ati Ba muricaye hano, mbanze nje harya gusenga.


Maz’ ar’ ahantu, asenga; ahejeje, umwe mu bigishwa biwe aramubgira, ati Mugenzi, twigishe gusenga, nk’uko Yohana yigishije abigishwa biwe.


Nukw abantu bose babatijwe, na Yesu ahejeje kubatizwa, arikw arasenga, ijuru rirakinguruka,


Mur’ iyo misi avayo, aja ku musozi gusenga: akesha ijoro asenga Imana.


Baramwishura, bati Bagira ng’ uri Yohana Umubatizi; abandi ng’ uri Eliya; abandi ng’ ur’ umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse.


Hanyuma y’ayo majambo, hashize imisi nka munani, ajana Petero na Yohana na Yakobo, adūga igisozi, aja gusenga.


Arikw arasenga, ishusho yo mu maso hiwe ihinduka ukundi, imyambaro yiwe yera derere, irakayangana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ