Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Bararya, barahāga bose, batororokanya utumanyagu tw’ imisigazwa, twuzura ibisimbo cumi na bibiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma Abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:17
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw abitereka imbere yabo, barabirya barabisigaza, nk’ukw ijambo ry’Uhoraho ryavuze.


Kukw ahāza umutima ufise inyota, N’umutima ushonje awuzuza ivyiza.


Ibikeya umugororotsi atunze Biruta ibihinda vy’abanyakibi benshi.


Umugororotsi ararya, umutima ugahāga, Arikw inda z’abanyakibi zamana inzara.


Yābīra ya mitsima itanu na za fi zibiri, ararangamiza, arāba mw ijuru, arabihezagira, arabimanyagura, abiha abigishwa ngo babishire imbere y’abantu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ