Luka 9:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yābīra ya mitsima itanu na za fi zibiri, ararangamiza, arāba mw ijuru, arabihezagira, arabimanyagura, abiha abigishwa ngo babishire imbere y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Aca afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, abishimira Imana. Hanyuma arabimanyagura, abihereza abigishwa ngo bagaburire abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |