Luka 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Umusi ukuze, bamwe cumi na babiri baramwēgēra, bati Sezera abantu, baje mu mihana no mu misozi impande zose bāke indāro, baronke ivyo kurya, kuko hano turi mu gahinga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Bugorovye, bamwe cumi na babiri baza aho Yesu ari bamubwira bati: “Erega rungika aba bantu baje mu bisagara no mu mihana kurondera ivyokurya n’indaro, kuko turi mu gahinga.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |