Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Za ntumwa zigarutse zidondera Yesu ivyo zākoze vyose. Arabajana, abīhererana mu gisagara citwa Betsayida.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Intumwa zigarutse ziganira Yesu ivyo zakoze. Yesu aca ajana na zo baja ahiherereye, aharabana n’igisagara citwa Betesayida,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:10
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze wa wundi yar’ ahagaze hagati y’imihadasi aravuga, at’ Abo n’abo Uhoraho yatumye kugendagenda mw isi yose.


At’ Uzobona ibara, Korazini; uzobona ibara, Betsayida; kukw ibikomeye vyakorewe muri mwebge iyo biba vyarakorewe muri Tiro n’i Sidoni, baba barihannye kera, bakambara amagunira, bakīsīga iminyota.


bati N’iki gitumye uyo avuga artyo? Ararogose: ni nde ashobora guharira ivyaha, atar’ umwe, ni we Mana?


Nuko bamwe mirongwirindwi bagarukana umunezero, bati Mugenzi, abadayimoni na bo baratwumvira mw izina ryawe.


Kandi Filipo uyo, i wabo n’i Betsayida, igisagara c’i wabo wa Andereya na Petero.


Mwumvire ababaganza, mubagamburukire: kukw ari bo bama bagavye bazigama imitima yanyu, nk’abazobibazwa; mugenze murtyo kugira ngo babikore banezerewe, batitsa umutima, kuko bimeze birtyo ata co vyomarira mwebge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ