Luka 8:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Asanga bamuririra bose, bīshishitira. Arababarira, ati Nta co murira, ntahwereye, arikw arasinziriye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |