Luka 8:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Ashitse ku nzu, ntiyagira uwundi muntu akundira kwinjirana na we, atari Petero na Yohana na Yakobo, na se wa nya mukobga na nyina. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Ashitse mu nzu kwa Yayiro ntiyemera ko hagira umuntu n’umwe binjirana, kiretse Petero, Yohana, na Yakobo, hamwe na se na nyina b’uwo mwana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |