Luka 8:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 amuturuka inyuma, akora ku buyonga bg’impuzu yiwe, ako kanya umugende w’amaraso urakama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Aca yegera Yesu amuturutse inyuma, akora ku musozo w’impuzu yiwe. Ubwo nyene kwa kuva amaraso guca kurahera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |